Duration 15:2

Club ami du Fisc ya Lycée du St Esprit Biyemeje kuja kwigisha abandi akamaro k'amakori n'amatagisi

102 watched
0
2
Published 11 Jun 2021

#Burundi Mu gusozera ibikorwa vy'umwaka w'ishure 2020-2021, abanyeshure bahurikiye mu murwi w'abagenzi b'amakori n'amatagisi "club amis du Fisc" bo kw'ishure ryitiriwe Mutima Mweranda-"Lycée du Saint Esprit" bamenyesheje ko bungutse vyinshi muri Club barimwo. Biyemeje kuja kuvyigisha abandi mu buruhuko kugira bafashe abantu benshi kumenya akamaro ko kuriha amakori n'amatagisi.

Category

Show more

Comments - 0